Urubanza rwa Thomas Sankara muri Burkina: Barondera kumenya uwishe 'Che Guevara wa Africa'?
N'ubwo haciye igihe, Sankara aracari umuntu afatwa nk'ikimenyetso gikomeye cane muri Afrika Inyuma y'imyaka 34, hafi umunsi ku wundi, kuva habaye iyicwa ry'umukuru wa Burkina Faso, Thomas Sankara, abantu 14 batanguye gucirirwa urubanza, bagirizwa uruhara mw'ig